Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
296: Dushimish' Imana Rurema
< Abana >
DOWNLOAD PDF
1
Dushimish' Imana Rurema
Imitima yacu
Ivyiza vyose yaduhaye
Mu bugingo bgacu.
2
Tuyishimir' abavyeyi,
N' abo tuvukana bose,
Badukunda, bakatuzigama,
Bakaturera neza.
3
Tuyishimir' imibiri,
Ko yaduhay' amaboko
N' amatwi n' a maso n' ururimi,
Ngo tubiyishimishe.
4
Tuyishimir' Uburundi
Kukw ar' igihugu cacu,
Kirimw' imisozi miremire,
N' imyonga n' imirima.
5
Tuyishimir' utunyoni
Bo n' amashunve n' ibiti,
N' inka n' ibindi bitungwa vyose,
Ko yabiremye neza.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza