1
Mukiza, Mwungere mwiza,
Uzigam' aba bana bawe,
Iri joro ube hafi,
Ubaramuts' amahoro.
2
Wiriw' urabaragira,
Urakoze wabazigamye.
Wabagaburiye neza.
Wumve non' ivyo dusenze.
3
Ivyah' ubibaharire,
Uzigam' abakunzi babo,
Maze ni bapf ubajane,
Babane nawe mw ijuru.