305: Urya ni nd' aryamitswe

< Abana >
DOWNLOAD PDF

1
Urya ni nd' aryamitswe
Mu ruhĂ´ngore rw' inka?

Ref:
N'Umwami, n' igitangaza
N'Umukiz' Umwami wacu
Nginotumwunamire
Tumwimik'atuganze.

2
Mbeg'urya yisonzesha
Mu bugaragwa ni nde?

3
Urya yigish'abantu
Ijambo ryiza ni nde?

4
Ury' akiz' abarwaye
N'abababaye ni nde

5
Urya ni nd' aririra
Aho Lazar' ahambge?

6
Ury'aje ku ndogoba
Ahimbazw' artyo ni nde?

7
Urya ni nd'ababaye
Aseng'i Getsemane?

8
Urya ni nde ku giti
Yishwe n'abo yakunda?

9
Urya ni nd' azukiye Gukiz' abanyavyaha?

10
Urya ni nd' aganz' isi Avyagiye mw ijuru