Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
303: Yesu, Mwungere wanje
< Abana >
DOWNLOAD PDF
1
Yesu, Mwungere wanje.
Nd' umwagaz' undagire.
Sinzogir' ico ntinya,
Nta wonnyaga nd' uwawe.
2
Yes' amaboRo yawe
Wayakikiz' abana,
None yagiz' inkovu,
Ni kubganje zakwishe.
3
Nzohora ngutazira,
Nkwumvire mûri vyose,
Mpa kukunezereza,
Mbone kuzoj' i wawe.
4
Yesu, Mwungerc wanje,
Uze wam' umba hafi,
Nd' umwagaz' ugukunda,
Nyigisha kukwumvira.
5
Noye kuzokezera
Ndagii" inkoni yawe,
Ngukurikire ngere
Ikirenge mu cawe.
6
Ni naj' iyo mw ijuru,
Nshits' imbere y' intebe
Y' Iniana, ni ho nzoba
Menya nk' uko namenywe.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza