Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
295: Zakayo yari mugufiya,
< Abana >
DOWNLOAD PDF
1
Zakayo yari mugufiya,
Eka yari rrmgufi pe!
Yiruka ku git' aracurira
Rugira ngw arabe Yesu,
Kugira ngw arabe Yesu.
2
Yes' araz' ararangamiza,
Maz' abonayo Zakayo,
Ati Zakay' ururuk' uz' ino,
Ngo tujane ndar' i wawe,
Ngo tujane ndar' i wawe.
3
Buno nyen' ac' arururuka,
Barajana bashik' i we,
Ubusuma bgos' arabgihana,
Ati Pe, nzoriha kane!
Ati Pe, nzoriha kane!
4
Yes' aramubgir' ati None haj'
Agakiza mur'iyi nzu.
Kandi nazanywe no kurondera
Icari cazimiye,
Icari cazimiye.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza