Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
64: Ni wumvire rwa rukundo rwa Yesu
< Guhamagara >
DOWNLOAD PDF
1
Ni wumvire rwa rukundo rwa Yesu,
Ni wemere ca kigongwe c' Imana,
Ni wakire ca kinezcro ciwe,
Ivyo vyazanywe kw isi n'umusaraba.
Ref:
Akir' urukundo rwose rwa Yesu nyene
Twagiriwe na Yesu ku musaraba.
2
Umugisha wose w' Imana nyene
Yawuhaye twebg' abo kw isi
Ni twakit' ivyiza vy'Imana vyose:
Ivyo vyazanywe kw isi n'umusaraba.
3
Ndamukunda Yes’ Umukunzi wacu,
Ndamushima yuko yadutabaye,
Umutima mwiza yarawumpaye,
Ni we yanyitangiye ku musaraba.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza