Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
73: Ntutiny' ivyaha vyawe wakoze
< Guhamagara >
DOWNLOAD PDF
1
Ntutiny' ivyaha vyawe wakoze?
Ntutiny’ ivyaha vyawe wakoze?
Ego, Ego Ndabitiny' ivyo vyaha
rwose, rwose.
Ndatinya rwos' ivyaha nakoze.
2
Mbe ntugomba Yes' Umutabazi?
Mbe ntugomba Yes' Umutabazi?
Ego, Ego, Ndagomb' uwo
Mutabazi, cane, rwose,
Ndamugomba Yes' Umutabazi.
3
Nturumv' uko yatanz' amaraso?
Nturumv' uko yatanz' amaraso?
Ego, Ego, Naravyumvise neza,
nama mvyumva,
Numvise ko yatanz' amaraso.
4
Mbeg' uzemer' Umukiza ryari?
Mbeg' uzemer' Umukiza ryari?
Ego, Ego, Ndabizi yuko hageze
kwemera,
Uyu musi ndemer' Umukiza.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza