67: Uhagaze Mukiza

< Guhamagara >
DOWNLOAD PDF

1
Uhagaze Mukiza,
Ku rugi rwugaye,
Urorereye yuko
Bakwugururira.
Ariko bene Data,
S'ivy' isoni nyinshi
Ko twugarana hanze
Umukiza wacu?

2
Akomanga ku rugi,
Kand' afis' inkovu
Z’imambo n' iz' amahwa
Yatsibg' igitsibo.
Urukundo si rwinshi
Rw' urorerey' artyo?
N'iki corut' icaha
Co kutamwinjiza?

3
Yes' aratwinging' ati
Ko nabapfiriye,
None n'iki gituma
Mungirira murtyo?
Mwami duteterejwe
N' ico caha kibi;
Kaza, kaza, nyakuza
Ntituvan'ukundi.