Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
71: Umukiza Yes' aratabara
< Guhamagara >
DOWNLOAD PDF
1
Umukiza Yes' aratabara
Ni we nyen' ikigongwe,
Aratubabaye twebg' abagowe,
Ni w' adutsindira wa Mwansi.
2
Abanyavyaha ni baze bose,
Krist' arabarondera,
Umutabazi wacu ni we Yesu,
Bakizwe n' amaraso yiwe.
3
Rwa rukundo rw' Imana mw’ijuru
Rurasumb' isi rwose,
Imana yacu ni nyen' imbabazi.
Ni yo nyen' ubuhirwe bgose.
4
None bikwiye ko tumwizera,
Ni twakir' ikigongwe,
Ng' umuco w'Imana wake muri twe,
Tugendere mu nzira yiwe.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza