28: Muganga mwiza ni Kristo

< Guhimbaza >
DOWNLOAD PDF

1
Muganga mwiza ni Kristo,
Ni we Mukunzi wucu,
Ni w' avyur' abahenutse,
Ni wumv' ijwi rya Yesu.


Ref:
Indiirimbo z' Imana
Ijwi ni nk' irya kern,
Natwe ni turirimbe
Yesu, Yesu. Y'esu


2
Icaha cawe cakuwe,
Ni wumv' ijwi rya Yesu,
Azokujana ku Mana
Kunezeranwa na we.


3
zina rya Yesu Kristo
Ni ryo rikuru rwose,
Dushim' uwo Mutabazi
Imyaka yacu yose.