Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
17: Mutima wanje, ririmba, Uhimbaz’ Imana
< Guhimbaza >
DOWNLOAD PDF
1
Mutima wanje, ririmba,
Uhimbaz’ Imana,
Mpwemu Yera, n' umanuke,
Nyuzur' umutima.
Ref:
Mana, uri nziza rwose,
Ur' Inyarukundo;
Ubuntu bgawe bumeze
Nk'uruzi runini.
Imisozi yose, Bo n’imyonga Na yo
Bikuririmbire,
N' inyoni zose zikorane,
Twebge na zo dushim'Imana.
2
Iganz' inyenyeri n'isi
N' izuba n' ukwezi:
Tweho turut' ivyo vyose
Mu nyonga z'Imana.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza