Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
5: Twese dushim' Umwam' Imana ni tuyisenge
< Guhimbaza >
DOWNLOAD PDF
1
Twese dushim' Umwam' Imana ni tuyisenge,
Kukw ari yo yaremy‘ ivyo mw isi n' ivy‘ ijuru;
Yesu Mwami, wez' imitima yacu
Ngo turirimbir' Imana.
2
Ni tumushim' Umwam' Imana
ni tuyisenge,
Kw ari y' iganza nez' ivyo mu bihugu vyose;
Yam' iduha ibidukwiye vyose,
Twizer' iryo jambo ryiza.
3
Ni tumushim' Umwam' Imana,
ni tuyisenge;
Yaraturemye, ni yo yaduhay' ubugingo;
Iduh' amahoro mu vyago vyacu,
N' Iman' igir' imbabazi.
4
Ni tumushim' Umwam' Imana,
ni tuyisenge;
Ibihumeka vyose bishim' izina ryayo;
Tuyikunde kukw ar' umuco wacu;
Tuyiseng' imisi yose.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza