Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
3: Yemw' abari mw isi mwese
< Guhimbaza >
DOWNLOAD PDF
1
Yemw' abari mw isi mwese,
Muririmbir' Uhoraho,
Mukwiye kumukorera
Munezerwe bishimitse.
2
Uhoraho ni we Mana,
Uwo ni we yaturemye,
Tur' ibitungw' aragira,
Turi mu mukuku wiwe.
3
Muz' i w'imbere mu rugo
Muhimbaz' ubuntu bgiwe,
Muhore mumutazira,
Izina ryiwe rishimwe.
4
Kuk' Uhorah' ari mwiza,
Kandi n'umunyembabazi,
Na ntary' azam' azifise,
N' uwo kwizigirwa cane.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza