102: Ivy" isi vyamvuye mu mutima

< Gushinga Intahe >
DOWNLOAD PDF

1
 Ivy" isi vyamvuye mu mutima,
Kubg' amaraso nta gakacira,
Nunamy' imbere y' umusaraba,
Amaraso ya Yesu niy'anyeza de.

Ref:
Ndakunda, ndakunda
Umukiza wanje, Yanyiguriy' i
Gologota ku giti.

2
Nari nazimiriye muvyaha,
Nar' umuja w'urwanko n'inzigo,
Naratiny' umusi w'amateka:
Ubu h' amaraso yarabinkuyeko.

3
Nar'imbohe, none ndidegemvya,
Nar' impumyi, noneho ndabona,
Nari mpfuye, none ndi muzima
Ni mwumv' ayo mahoro
Yesu yampaye.