107: Mpore nizigira gusa

< Gushinga Intahe >
DOWNLOAD PDF

1
Mpore nizigira gusa
Amaraso y'Umukiza,
Singir' uwundi nigana
Atari Yesu wenyene.

Ref:
Nshingwe kur' urwo rutare,
Na h'ahandi n'umusenyi
Na h' ahandi n'umusenyi.

2
N'iy’ umwiza wompumisha,
Nizer’ imbabazi ziwe,
Mu vyago no mu marushwa
Ndazi ko Yes' atazonta.

3
Ndemeshwa can' umutima
N'ivyo yansezeranije,
Nah' ivyanje vyotikira,
Ni we gusa nizigiye.

4
Maz' ico gih' azozira,
Az' asange niteguye,
Nambay’ ukugororoka,
Ata n'agasembga mfise.