Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
120: Mw ijur' imbere y’ Imana
< Gushinga Intahe >
DOWNLOAD PDF
1
Mw ijur' imbere y’ Imana
Mfis' Umunt' amvugira,
N' Umuherezi Mukuru,
Kandi yitwa Rukundo.
Nzi ko mu mutima wiwe
Handitsw' izina ryanje;
Kukw amvugira nta mwansi
Yobasha kumunnyaga.
2
Iyo Satan' anyeretse
Ivyaha vyanje vyinshi.
Agomba ko nihebura,
Ndangamiza mw ijuru,
Ndabay‘Umukiza wanje
Yankuyekw ivyo vyaha;
Yarantsindanishirije
Ngo simbe ngipfa rubi.
3
Uhorah' Umucamanza
Ambonyekw‘amaraso
Ntancir' urubanza rubi,
Anyit' ugororotse.
Yaranyiguze nd' uwiwe,
Ni we bugingo bganje:
Kukw adapfa singipfuye,
Twe na Yesu tur' umwe.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza