Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
117: Numvis' ijwi ry’ Umukiza
< Gushinga Intahe >
DOWNLOAD PDF
1
Numvis' ijwi ry’ Umukiza
Ambgir' ivyiz' ati
Umvc, mbonye yuk' urushe,
Ngwino nkuruhure.
2
Nja kwa Yes' uko nari ndi,
Nnaniwe mbabaye;
Amber' uburuhukiro,
Amp' umunezero.
3
Kandi numvis’ ambgir' ati
Ngwino nguhe gusa
Amaz' azan' ubugingo,
Uyanyw' uburonke.
4
Nj' ah’ari nnywa nnezerewe
Ayo maz' ampaye,
Umutim' ushir' inyota,
Wakir' ubugingo.
5
Numvis' ijwi ry'Umukiza,
Ngo Ni jewe muco
W'abari mu mwiza bose,
Ngwin’ umurikirwe
6
Ndamwitegereza, mbona
Kw ar' izuba ryanje
Rizohora rinyakira
Mu bihe bizoza.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza