Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
106: Sinterw' isoni na Yesu
< Gushinga Intahe >
DOWNLOAD PDF
1
Sinterw' isoni na Yesu,
N'iz’ ishaka ryiwe,
N'iz’ Ijambo ryiwe ryera,
N'iz' umusaraba.
Ref:
Ku musaraba wiwe ni ho naturiwe
Umutwaro w'ivyaha vyanje:
Nizeye ndahumuka mbon' umuco,
Kubg' ivyo mpora nnezerewe.
2
Izina rya Yesu wanje
Ni ryo nishimiye;
Nzi kw’atazonyihakana,
Kuko mmwizigiye.
3
Yesu ntazohindur' ivyo
Yansezeranije,
Kukw ico namubikije
Azokizigama.
4
Azonyemera mw’ijuru
Nah’ata co mmaze,
Mu ngoro y' Umwam' Imana
Azomp' ikibanza.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza