Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
123: Yesu, ni wewe naronkeyemwo
< Gushinga Intahe >
DOWNLOAD PDF
1
Yesu, ni wewe naronkeyemwo
Amahoro mu mutima;
Nahora ndayaronder' ahandi,
Ariko nta handi hariho.
Ref:
Nta wund' atari Yesu yombumba,
Nta rindi zina nokwemera,
Kuk'ubugingo n'umunezero
Bibonekera muri we.
2
Kera naronder' umunezero
Nits' umutima mpebuye;
Nariko ndarengan' Umukiza,
Antegesh' urukundo rwiwe
3
Nagejeje kunywa ku migezi
Y'umunezero w'iyi si,
Irakama, ndihebura rwose,
Njigirijwe ndarira cane.
4
Sinarizwa n'uko ntagufise,
Gushits' ah' umpumuriye:
Unkoze ku maso ndakwihweza,
Nkubonye ndizwa n'igishika.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza