Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
99: Yesu yabonye ngowe na vyinshi
< Gushinga Intahe >
DOWNLOAD PDF
1
Yesu yabonye ngowe na vyinshi,
Yarankuy' ivyaha,
Yarankuy' ivvaha;
Ubu rero yampay' urukundo,
Yarankuy' ivyaha.
Ref:
Yarankuy' ivyaha,
Yarankuy' ivyaha.
Ndaririmb' imisi yose!
Ndashimye, yarankuy'
Ivyaha, Yarankuy' ivyaha.
2
Ivyo nari nikoreye ngowe,
Yarankuy' ivyaha,
Yarankuy' ivyaha;
Naratuye bimwe vyandemera,
Yarankuy' ivyaha.
3
Uyu musi ndaruhutse neza,
Yarankuy' ivyaha,
Yarankuy' ivyaha;
Amahoro yaje ku mutima, .
Yarankuy' ivyaha.
4
Ni wamwinginga Yes' Umukiza,
Arakur' ivyaha, Arakur' ivyaha;
Uc' unezerw' imyaka n'imyaka,
Arakur' ivyaha.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza