Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
290: Ngushimiye Mwami
< Igitabo c'Imana >
DOWNLOAD PDF
1
Ngushimiye Mwami,
Igitabo cawe,
Ni co rumuri mu nzira
Injana mw ijuru.
2
Ni co capa cera
Kindangir' ijuru
Ngo simpush' inzira yawe,
Ipfunganye nziza.
3
Abasoma bose
Mur' iki Gitabo,
Ubah' umugisha wawe,
Ngo bakuyoboke.
4
Nsom' uko bukeye
Rugira ngo mmenye
Icugomba ko nokora:
Umfashe nkwumvire.
5
Mp' umutima wiga
Ukund' ivy' ugomba,
Ngukorere nnezerewe,
Name ngabirije.
6
Nd' umunyantege nke,
Ni wew' ukomeye:
Nzotsinda wa Mwansi wanje
Unshoboje Mwami.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza