1
N'iki conkiz' ivyaha?
N'amaraso yawe Yesu:
N'iki conyeza rwose?
N'amaraso yawe Yesu.
Ref:
Ya maraso yiwe
Ni y'anyeza rwose,
Nta compa gukira
Nk' amaroso y'Umukiza.
2
Iconkiz' umutima
N'amaraso yawe Yesu:
Nta kindi ciru mfise,
N'amaraso yawe Yesu.
3
Icompezakw ivyaha
N'amaraso yawe Yesu:
Nta vyanje vyontunganya,
N'amaraso yawe Yesu.
4
Ni wewe nizigira
N'amaraso yawe Yesu:
Ni wew' ump' amahoro,
N'amaraso yawe Yesu.
5
Ngutazirira cane
Amaraso yawe Yesu:
Mwami, ndagushimira
Amaraso wamviriye.