311: Data, rab' icibutso

< Ingaburo yera >
DOWNLOAD PDF

1
Data, rab' icibutso
C' incungu y' urukundo,
Kitwibuts'ivyakozwe
Kugit'i Gologota;
Kandi kuko dufise
Utwitsa kuri wewe,
Duhangaye kwegera
Aya meza y' ubuntu.

2
Data, witegereze
Mu nyonga h' uwo Mwitsa,
Tweho ntiturabitse,
Shiti turi mûri we;
Mwami wirengagize
Ukotwonon'ivyaw
Tugasenga tunebga,
Tukagir' intege nke.

3
Hagati y' ivyo vyaha
N'ingerobikwiranye,
Tuhakits' amaraso
Y'Umwana waw'ukunda;
Kand' ivyotwisabira
Tuvyifuriz 'abacu
Ubarinde wa mubi
Ubahe kwihangana.

4
Tuje ku nyundo zawe,
Twisunz' ubuntu bgawe,
Iyi Ngaburo yawe
Idushiremw' intege;
Yiturindish'ibibi,
Itumatanye nawe;
Kuba mu buja bgawe
Ni ko kwima nk' abami.