Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
211: Har' igihugu ciza cane
< Iz'Ijuru >
DOWNLOAD PDF
1
Har' igihugu ciza cane,
Twasezeraniwe n'Imana;
Tukirorere twizigiye,
Kuko Data yakitweretse.
Ref:
Aheza mw ijuru,
Tuzohurirayo bagenzi,
Aheza mw ijuru,
Tuzohurirayo bagenzi.
2
Tuzoririmbira mw’ijuru
Indirimbo z'abahiriwe.
Ntituzongcra kubabara,
Tuzoba dushiz' amarira.
3
Tuzoshimira Data cane
Imbabazi yatugiriye,
N'ubuntu bgiwe n'urukundo
N'imigisha yacuncubuye.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza