214: Har' umurwa mwiza

< Iz'Ijuru >
DOWNLOAD PDF

1
Har' umurwa mwiza 
W’ abera b' Imana
Nta gihumanya,
Nta gihumanya
Kizoja kuri wo.

2
Mukiz' ubu ndaje,
Mwana w' Uhoraho,
Nyoz' untunganye,
Nyoz’untunganye
Nk’iz’ibibi vyose

3
Mpindur’ubu Mwami
Ncik’umwana wawe
Unzigamishe
Unzigamishe
Inkomezi zawe

4
Hanyum’uz’unshitse
Mu bera b’iwawe
Nsanzwe nd’uwera
Nsanzwe nd’ uwera
Mur’iyo si nziza