213: Hr’iyindi s’irut’iyi cane

< Iz'Ijuru >
DOWNLOAD PDF

1
Hr’iyindi s’irut’iyi cane,
Ni nziza, ni nziza;
Ntakibi gishobora kujayo;
Ni nziza, ni nziza;
Iyo si nkubwira ni mw’ijuru,
Umukiz’azoduha kujayo
Ngo tubane na w’ubudasiba
Iyo si Ni nziza.

2
Mur’iyo si nt mwiz’uhacura
Ni nziza, ni nziza;
Nta mubabaro, nta muborogo
Ni nziza, ni nziza;
Tuzpnywa ku ruzi rw’ubugingo
Tuzoraba n’uwadupfiriye
Tuzonezererw’ubwiza bwiwe
Iyo si ni nziza

3
Ivyaha nivo vyotubujije
Kuja mur’iyo si
Ariko Yesu yaradupfiriye
Ngo tubikurweko
Nuko twese abizey’umukiza
Tugatunganywa n’urupfu rwiwe
Ruzoduhesha kwimana nawe
Mur’iyo si nziza