Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
212: Mw ijuru hariho; Isi nziza
< Iz'Ijuru >
DOWNLOAD PDF
1
Mw ijuru hariho; Isi nziza,
Abera ba Yesu; Ni yo bari.
Baranezererwa
Guhora bamushima,
Kandi batazira ; Umukiza.
2
Yemwe banyavyaha, Munyaruke
Kuj' aho Yes’ ari, Ntimutebe:
Tuzoronk'ivyiza
Ni twabana mw’ijuru
Nawe Yesu wacu,Tutanduye.
3
Iman' igirira Ababayo;
Neza bishimitse,N' abahirwe!
Dushishikarire, Kuj' ah' ubgami bgawe
Bwiza budashira, Buri, Yesu.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza