217: Mw isi nd' umushitsi

< Iz'Ijuru >
DOWNLOAD PDF

1
Mw isi nd' umushitsi,
Si yo nzohoramwo,
Nzohava nigira
Mw ijuru kwa Data.

2
Kandi nzomusanga
Ku ntebe y'ubgiza,
Na w'azonyakira
Mu biganza vyiwe.

3
Duheze tubane
Na we nnezerewe,
Nta kizombabaza,
Hariy' amahoro.

4
Name ndamushima,
Nikubit' imbere
Y'Imana yankuye
Mu rupfu rw' ivyaha.

5
Non' ubu nihute,
Nze nshikeyo vuba,
Mve mu mwiza w'ino,
Nshik' ahar' umuco.