Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
274: Wa zub' utumwe kutunezereza,
< Iz'igitondo >
DOWNLOAD PDF
1
Wa zub' utumwe kutunezereza,
Non' ehe buratamanzuye rwose;
Mutima wanje, ririmbir' Imana,
Roresha nonaha ivyiyumviro ku
Mwami mw ijuru
2
Imana yatuginy imbabazi
Zingana n' myenyeri zitovugwa,
Zingana n' udutonyanga tw' ikime;
Kand' uko bukeye wam' ump'imbabazi
Zisesekaye.
3
Imana yaray' inzigamye neza,
N' aba bose bacu n' urugo rwacu,
Kandi nta rupfu rwadushikiriye;
Rwaraturenganye: ndamutse
nkiriho: Mar.a n' ushimwe.
4
Icaha ntikimpumish' umutima;
Mbony' ivy' Iman' igomba ndabikore.
Mana mw ijur' ungirir' imbabazi:
Kand' umpezagirr mu vyo nkora vyose:
Ni wew unganza
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza