Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
210: Akaruru k'intambara numva karerema
< Iz'intambara >
DOWNLOAD PDF
1
Akaruru k'intambara numva karerema,
Satan' atabaz' abiwe bose bo mw’isi,
Ariko singir' ubgoba, nanse gutabara,
Nta c'angira ko mb' Ahera cane.
Ref:
Ninjiy' Ahera cane Yesu yanteguriye,
Mpora nnyw' amazi meza y'isok' idakama,
Manu ni yo ndy' imisi yose,
wa mutsima w'imana, Nagererey' Ahera cane.
2
Satani wa Mubi yam’ azan'impagarara,
Ngw’aturas' imyampi myinshi yak' umuriro,
Ariko ntashobora gushingur'akarimbi K'umusaraba
Yesu yashinze.
3
Non' isegenya ni yagw' inkukur'igatwaza,
Umuyag’uhuhuse bikansurirako,
Nzi kw ata co nzoba kuko nshinzwe ku rutare
Nzirits‘ umutim' Ahera cane.
4
Mpagaz' aha hantu hera, ndatangara mbonye
Imigabo y'Imana n'ingen'iyishitsa,
Inyigisha muri Mpwem' agakizagashitse:
Sinzotirimuk' Ahera cane,
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza