206: Har' umuntu w' imana yitwaDanyeli

< Iz'intambara >
DOWNLOAD PDF

1
Har' umuntu w' imana yitwaDanyeli,
Yarindutse gusenga naho vyob'urupfu.

Ref:
Rinduka mugemi,
Ba nka Danyeli:
Wemangir‘ Umwami wawe,
Ntumuhakane.

2
Wemangir' ivy' ukuri, wumvir'Imana,
Shika se mu gitigiri ca ba Danyeli!

3
Har' abobay' intore,baraneshejwe,
Kuko batemanga ngo babe nka Danyeli.

4
Intore za wa Mubi zokwisenya pe,
Zihuye n' intore zo muri ba Danyeli.

5
Hagarara mu mutwe w' Umwansi mubi:
Wirahire bga butore bga ba Danyeli!