204: Mwa bagenzi, raba mwese

< Iz'intambara >
DOWNLOAD PDF

1
Mwa bagenzi, raba mwese
Irya bendera,
Ury' aje kudutabara
Ni Yesu wacu.

Ref:
Ni twame tugavye twese
Nguriy' araje:
Ni twemera Yesu gusa,
Duca tunesha.

2
Urya Mwansi. twomutsinda
N' inyosha ziwe,
Kuko Yes' Umwami wacu
Yoturwanira.

3
Hogi twese tumurwanye
Wa Murwanizi,
Yes' Umugabisha wacu
Ni w'atujanye.