1
Ugomb' ubuhizi
Mu bimugoye,
N'az' agendanire
Umwami Yesu.
Nta comuhebesha
Ivyo yagabiye
Vyo kujan' inzira
Ija mw ijuru.
2
Nta bomuc' ivutu
Ry' ibir' imbere,
Ni bo boricika,
Na w'akarema;
Nta bomugarura,
Na nzi ngw igikota,
Mu nzirayatoye
Ija mw ijuru.
3
Mwami, ko wampaye
Mpwemu kw’inkinzo,
Ndazi ko nzoragwa
Naw' ubugingo.
Temba wa bgoba we!
Sintiny’ivy'abantu;
Jeho ndi mu nzira
Ija mw ijuru.