1
Iyo ntinye ko kwizera
Kwanje kwobura.
lyo ngira nneshwe rwose,
Yesu ni w'amfata.
Ref:
Yes' aramfata,
Kand' akangumya;
Kukw ankunda bihébuje,
Yes' arangumya.
2
Urukundo rwanje ruke
Ntirwomufata,
Sinomugumbir' ubganje,
Kukw art w' angumya.
3
Ntiyondeka; kukw ankunda
Naho ndi mubi,
Ahimbanva no gukiza,
Nukw arangumije.
4
Ntiyokunda k'ubugingo
Bganje bushira,
Yabucunguj'igiciro,
Kandi ni w' angumya.