Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
348: Har' umwanya woha
< Izongewe >
DOWNLOAD PDF
1
Har' umwanya woha
YesuYakwikorerey' ivyaha?
Nguy' arikw araramutsa,
Mbega ntiwomwinjiza?
Ref:
Shitsa Yesu mu mutima,
Itab' ijambo ryiwe:
Mwugururire n' ingoga
Bikigushobokera.
2
Mu mutim' ufis' umwanya
W' ibiguhimbara bindi,
Ariko Yesu yabambge
Nta mwany'umufitiye!
3
Har' umwanya w' ivya Yesu
Wobonana gucurumba?
Ubu n' igihe gikwiye,
Umwitab' umwinjize.
4
Uhe Yes' umwanya none.
Igihe ntikikurenge:
Utarahav'uteterwa,
Ngw ahebe kukwinginga.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza