Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
349: Nabony' uburuhukiro
< Izongewe >
DOWNLOAD PDF
1
Nabony' uburuhukiro
Muri Kristo Yesu;
Ni we gusa nihishamwo.
Nta bandi nizeye.
Ref:
Nta wundi n'umwe ni zera,
Nta kindi niregura,
Atari Yesu yabambge,
Arijew' azize.
2
Nyuzwe n'agakiza kiwe,
Nta bgoba ngifise;
Nj'iy' ari nd' umunyavyaha,
Maz' akanyakira.
3
Kand'iyo ndway'arankiza,
Ngacika muzima;
Amaraso yiw' ampesha
Ubugingo busha.
4
Ndemeshwa n'ijambo ryiwe,
Narons' agakiza
Kubg" iryo zina rya Yesu.
N'amaraso yiwe.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza