Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
340: Yesu Mucunguzi wanje
< Izongewe >
DOWNLOAD PDF
1
Yesu Mucunguzi wanje
Ndaj' i waw' uyu musi.
Amaraso antunganye
Y'Umwagazi w' intama.
Ref:
Yes' ashimwe kand' ashimwe,
Icubahiro kibe
lc' Umwana uw' intam
2
Kera nashimitse cane
Ngo mbone umugisha.
None ndakwihaye Mwami,
Yesu Mwana w' intama.
3
Nzobarir' abantu bose
Agakiza ka Yesu.
Umukiza yaduhaye
Agakiza k' ubuntu.
4
Nzovuga can' ivya Yesu,
N' ubutumwa nta soni:
Kuko yankijij' umwansi,
Ndamushim' arakiza.
5
Ndamushim' Uwankijije,
N' ugukiz' arakiza.
Yes' ashimwe n' Umukiza,
Ububasha n' ubgiwe.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza