Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
335: Yesu ntahinduka, ntahinduka, ntahinduka
< Izongewe >
DOWNLOAD PDF
1
Yesu ntahinduka, ntahinduka, ntahinduka,
Yesu ntahinduka, oyaye!
2
Yesu yampariye, yampariye, yampariye,
Yesu yampariye, cane pe!
3
Yesu ni w'ampaza, ni w'ampaza, ni w'ampaza,
Yesu ni w' ampaza, ego me!
4
Yes' azonyakir'azonyakir'azonyakira,
Yes' azonyakira mw ijuru.
5
Ni we tuzobana, tuzobana, tuzobana,
Ni vve tuzobana nshitseyo.
6
Yesu n'ahimbazwe, n'ahimbazwe, n'ahimbazwe,
Yesu n' ahimbazwe, n' ashimwe!
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza