Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
265: Hoba mu gitond' abantu bakivyuka
< Kugaruka kwa Yesu >
DOWNLOAD PDF
1
Hoba mu gitond' abantu bakivyuka,
Izuba rimenny" ijuru rikirasa,
Ntituz" igihe, aho Yes' azozira
Ref:
Aje gukur' abiwe mw isl.
Uzogeza ryari, Yesu? Garuka Mukiza!
Yes' araje, haleluya, haleluya, amen,
Haleluya, amen!
2
Hoba ku murang' abantu bagikora,
Hoba mu gicugu bagisinziriye:
Tuzobon' aje nk' umuravyo w' ubgiza
Gukorany' abiwe mw isi.
3
Ingabo zo mw ijuru zizoririmba,
Ziti Haleluya, dushim' Umukiza!
Zizozanana na we mu bgiza bgiwe
Aje gukur' abiwe mw isi.
4
Wa musi namba tuzoba tukiriho
Tuzoja mw ijuru tutabony' urupfu,
Tujananwe n'abazutse mu bapfuye,
Dusanganir' Umukiza.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza