Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
267: Turemeshw' imitima
< Kugaruka kwa Yesu >
DOWNLOAD PDF
1
Turemeshw' imitima
No kwizigira cane
Ko Yes' azogaruka,
Igihe kiri hafi rwose,
Tuzonezerwa cane
Aho Yes' azozira.
2
Kand ' abakunzi bacu
lyo bavuye mw isi,
Tukababara cane,
Tugasigaran' amagorwa,
Dusigeho kurira,
Tuzokira ni yaza.
3
Naho twogir' ivyago
Vy'uburyo bubi bgoss,
Cank' amarushwa menshi,
Dutinyuke, mw isi s'i wacu:
N' ivyo kwihanganirwa
Kugez' ah' azozira.
4
Tury' Ingaburo yiwe,
Umutsima na vino,
N' icibutso ça Yesu
Kugez' igih' azogaruka;
Ni h' azogaburira
Abo yatoranije.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza