268: Yes' ah' azogarukira

< Kugaruka kwa Yesu >
DOWNLOAD PDF

1
Yes' ah' azogarukira
Akajan’abiwe,
Bemeye kumuyoboka
Batoneshejwe.

Ref:
Bazakank' inyenyeri;
Mu gitsibo ciwe,
Bazob' ubgiza bgiwe
Azoshazisha. 

2
Azobakoranya hamwe
Abo yakijije, Ni bo ntete z'ubuyeye, Batoneshejwe.

3
Yemwe bana, yemwe bana,
Bakund' Umukiza; Mur' intete z'igitsibo
Azoshazisha.