Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
269: Yesu ni yaza tuzonezerwa
< Kugaruka kwa Yesu >
DOWNLOAD PDF
1
Yesu ni yaza tuzonezerwa,
Urupfu ruzoba rukombowe
Nta wuroc' ukundi mu gitutu
Ca wa mwonga w' urupfu.
Ref:
Dukumbuye Yesu cane,
Icoduf? akaza vuba,
Yesu ni yaza tuzonezerwa,
Aje kujan' abiwe.
2
Yesu ni yaza tuzonezerwa,
Azomara mw is' umubabaro,
Azohanagurish'imbabazi,
Amosozi y'abiwe.
3
Yesu ni yaza tuzonezerwa,
Azotwakiran' uffiunezero.
Nta ho tuzotandukana na we
Ni yadushikan' i we.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza