Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
283: Umve rya jwi ry' Umwungere
< Kurondera abandi >
DOWNLOAD PDF
1
Umve rya jwi ry' Umwungere,
Ni we Yes' Umutabazi;
Arahamagay' intama,
Zashaye mu vyaha vyinshi
Zizane, zizane,
Izo ntama ziri mu vyaha.
2
Zizane, zizane,
Zana zose kuri Yesu.
3
Uzofasha Yesu mbega,
Kuzan'abo banyavyaha?
Yadutumye twebge twese :
Turonder' abazimiye.;
4
Abantu benshi bagenda
Mu nzira zose z' ivyaha;
Yesu ngo Gend' ubazane,
Ngomba ko bamber' intama.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza