1
Urukundo rwa Yesu
Rwashitse kuri twebgc,
Rudukurako rwose
Urubanza rwo gupfa.
Ref:
Yes'arankunda,
Yes' arankunda,
Yes' arankunda,
Ni we yampfiriye
2
Abataribgahabge
Ubugingo bg' Imana,
Twihute tubabgire
Urukundo rwa Yesu.
3
Nk'uko yadukunz' artyo,
Akadupfira twese,
Natwe dukunde durtyo
Abakiri mu vyaha.
4
Aho Yes' azozira
Ngw aje ku ngoma yiwe,
Tuzumv" ijwi ryiw' ati
Mwebge mwakoze neza.