Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
287: Yes' azoganz' ibihugu vyose
< Kurondera abandi >
DOWNLOAD PDF
1
Yes' azoganz' ibihugu vyose
Iyo biva bikagera,
lyi si yos' izocik' ubgami bgiwe,
Ni we Mwam' aganz' abami.
2
Bazomusenga badahumeka,
Bazomutazira cane,
Izina ryiwe rizoba nk' imibavu
Itamiran' isi yose.
3
Ni twihute tujan' ubutumwa
Mu moko yose yo mw isi,
Ngw indimi zose zize zivug' ishinwe
Ry' Umukiza wacu Yesu.
4
Mu bgami bgiwe har' imigisha:
Imbohe zirabohorwa,
Kand' abarushe ni Yes' abaruhura
Amar' abor' ubukene.
5
Ni tuve has' ivyaremwe vyose,
Duh' Umwam' icubahiro,
Muririmbane natwe. bamarayika,
Tuti N' ahimbazwe, amen!
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza