223: Har' ijoro ryatowe,

< Kuvuka Kwa Yesu >
DOWNLOAD PDF

1
Har' ijoro ryatowe,
Igihugu kiryamye,
Mariya na Yosefu basa
Bari maso barez' akana
Kaje kava mw ijuru.

2
Har'ijoro ryatowe,
Intumwa z'Uhoraho
Zaje kubarir' abungere
Icabonetse mu gihugu,
K'Umwami Yes' avutse.

3
Har' ijoro ryatowe,
Umuco wo mw ijuru
Uz' utumurikiye twese,
Tuboneraho n'agakiza,
Kuko Yesu yavutse.

4
Iri joro ryatowe,
Natwe ni turirimbe
Dufatanye n'abo mw’ijuru
Kuvuz' impundu z'uwo Mwana:
Haleluya Mukiza!