235: Ni muze Bakristo, munezerwe cane

< Kuvuka Kwa Yesu >
DOWNLOAD PDF

1
Ni muze Bakristo, munezerwe cane,
Ni muze ni muz'in'i Betelehemu,
Murabe Yes' Umukiz' ahavukiye:

Ref:
Ni muze tumusenge,Ni muze tumusenge,
Ni muze tumusenge, Ni Kristo Yesu

2
Ni we Mana yacu, ivuye ku Mana,
Ntiyanse kuvyarwa n' umukobga yera,
N' Imana y'ukuri, yavyaw' ataremwe:

3
Muririmbe cane mwa bamarayika,
Mut' Icubahiro kib' ic' Uhoraho,
Kand' amahor' abe mu b' inezererwa:

4
Tuje dushengeye Mukiza wavutse,
Mwam' icubahiro cose kib' icawe,
Jambo wa Data wishushanije natwe: