237: Twebg' abami batatu

< Kuvuka Kwa Yesu >
DOWNLOAD PDF

1
Twebg' abami batatu
Tuje tuzany' ishikanwa;
I wacu ni kure cane,
Turonder' Umwami.

Ref:
Ego, Inyenyeri ya Ycsu
Ni yo yaturongoye,
Twayibonye kw ‘ijuru
Ni yo yadushikany'ino.

2
Turazany' imibavu
Hamwe n' izahabu zacu.
Yesu ni we mwiza rwose,
Ni we Mwami wacu.

3
Uwo Mwami yitwa Yesu,
Yavukiy’i Betelehemu,
Tuzanywe no kumusenga,
N' Umwana w' Imana.

4
None raba Yes' Umwami,
Yazanywe no kudukiza,
Turirimbe Haleluya,
Yaj' Umutabazi.