234: Yesu yaje

< Kuvuka Kwa Yesu >
DOWNLOAD PDF

1
Yesu yaje
Ngaha kw’isi
Nk' Umwana muto cane. (2)

Ref:
Yesu nyoza, nkiz' ivyaha,
Ngomb' ubugingo Budahera.

2
Aho yaza
Yatuzaniye
Ikigongwe c'Imana. (2)

3
Yes' Umwami
Aradukunda,
Ni tumupfukamire. (2)

4
Tumugomba
Twebge twese
Yes' Umukiza wacu. (2)

5
None rero
Umwemeye
Azoshika mw’ijuru. (2)