Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
140: Mwami, ndakwimits' uganze
< Kwishikana >
DOWNLOAD PDF
1
Mwami, ndakwimits' uganze
Mu mutima wanje,
Sinibagire ya mahwa,
Njan' i Gologota.
Ref:
Ivyabay' i Getsemane,
N'ivyo wababajwe vyose,
Noyé kuzovyibagira,
Njan' i Gologota
2
Unyereke ya mva Mwami,
Aho bagushize,
Aho marayika yera
Yaray' ateramye.
3
Ndaje nka Mariya Mwami,
Kugushikanira,
Nyerek' imva kw iri gusa,
Njan' i Gologota.
4
Mpa gutwar' umusaraba,
Niyanke ngukunde:
Nsangire naw' igikombe
Wanyoye kubganje.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza